Ancategoried

Ukutumvikana hagati ya Big Fizzo na Ami pro

By

on

Ejo niho igihagange cumuririmvyi mu music womu burundi Big fizzoo yiyamiriza umumenyashamakuru wahano nyene musanzwe mumenyereye Ami pro ko yoba ariwe gateranya mu musici womu burundi

Ivyo rer uwo muririmvyi akaba yabivuze mugihe yari mukiganiro en direct akaba amwagiriza ko yoba ariwe ateranya abaririmvyi ngo mugihe yoba afata ama post yiwe akayasigura muntumbero zoguteranya nawe yazanditse bisanzwe

. yongera aranamubaza igituma atanganza amakuru yaba ambassadeur ba primusic nkuko umengo bari mur competition

Tukaba tukirindiriye ico Ami pro abivugako

Facebook Comments

About bujahit

Recommended for you

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *