}); Ntazogaragara Nkumurundikazi - bujahits.com

News

Ntazogaragara Nkumurundikazi

By

on

N’Umuririmvyikazi Wumurundikazi Natacha,Umuririmvyikazi Biboneka Ko ariko arakora ibikorwa biteyubwoba mumuziki Aho Akomeza kugaragaza ibikorwa bidasanzwe vyumuziki,biboneka ko Atagomba kuruhuka yama ashaka ko ibikorwa vyiwe biguma mukibuga,Inyima yo Gukora Indirimbo Gerageza mugihugu ca Tanzania muri WCB Wasafi Record,Ubu naho Yasubiye Hanze Yigihugu kandi,Aho Ubu Yasimbiye Mugihugu Ca Uganda Araheza Akora Igikorwa Kidasanzwe Kizomuha Iyindi Shusho Akaba Natacha Wundi Ataruwo Tumenyereye,Iyo Ndirimbo Akaba Yayikoranye Na CHEEBEH Yamenyekanye Kundirimbo RWATAKO,Umuririmvyi Wamateka Adasanzwe Muri East African Communite Canecane Iwabo Mugihugu Ca Uganda.WANGU ikaba Ariyo ndirimbo Bagiye kurekura hamwe Namasanamu Adasanzwe Wihweje Inyambaro Yabo Bashoboye gushira Muriyo Clip,Aho Cheeebeh Biboneka ko Yagize Akabirya gusumba uko vyahora. Abo Baririmvyi Bakaba Bakoresheje Inyambaro Twovuga ko Itamenyerewe cane ngaha Muburundi Ari Navyo Bikomeza gutuma Abatari bake Babona ko Natacha Akomeza Gutakaza Akaranga Kabarundikazi Mundirimbo Zimwezimwe hanini Izo Akorera Hanze yigihugu.Ayo Masanamu Akaba Yakozwe Numuhinyanyuzu CHACHA VIBES Nawe Atavyorosha Muricogihugu Kuma Clip-Video.

 

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *