}); Kuja Muri Zenges Record Ngo Vyamubereye Imigisha - bujahits.com

News

Kuja Muri Zenges Record Ngo Vyamubereye Imigisha

By

on

Kuva Aho Peniel Aviriye Muri INGO MUSIC Akaja Gukorera Muri ZENGES RECORD Yakomeje Kuvuga Amajambo Bisa Nkaho Kuja Muri Zenges Avyiratiye Bikomeye,Ivyo Bikaba Bikomeza Kumvikanira Mumajambo Akomeza Gushikiriza.

Mukiganiro Umuhinyanyuzi Peniel Pro Yagiranye Nikinyamakuru BujaHit Amenyesha Ko Yishimiye Intabwe Yateye Kuko Yagiye Muri Studio Avuga ko Yikwije Aho Abandanya Avuga ko Yabibonye Nkumugisha Kuko Nibikorwa Vyaciye Vyiyongera Aho Avuga Ko Agiye Kugaragaza Impano Yiwe Bikomeye Akerekana Ico Ashoboye Mubwisanzure Ntangere,Peniel Pro Ivyo Vyose Ashikiriza Bikabonekera Mubikorwa Bidasanzwe Yashitse Akorera Muri Studio Aho Mbere Hagiye Gusohoka Indirimbo Zitarike Zabaririmvyi Nka David-son Na ElysBoy,B-Bright,Channy-Queen,Kingorongoro Nabandi Benshi Bari Kurutonde Harimwo Nindirimbo LALA ya David-Son Arikumwe Na ElysBoy yaraye Arangije Kumusi Wejo,Bikaba Bibandanya Kuvurwa Nabatari Bake Mubamaze Kubona ibikorwa Vya Peniel Muri Zenges Ko Zenges Yaronse Umu Producer Abereye Vyukuri Kubwukwitanga Kwiwe Nubwitonzi Ashira Mukazi.Peniel Akabandanya Amenyesha kandi Ko Abakunzi Biwe Batocika Intege Ngo Nuko Yavuye Muri Ingo Music,Ahubwo kubwiwe ngo Yungutse Ikintu Kinini Aho Avuga ko Bigiye Kubonekera Mubikorwa Vyiwe Bigiye kuja kumugaragaro Umwanya kumwanya.

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *