}); Iyi Niyo Ndirimbo Igiye Gutuma Umuririmvyi Kook-K Tif Amenyekana Nkigihangange - bujahits.com

News

Iyi Niyo Ndirimbo Igiye Gutuma Umuririmvyi Kook-K Tif Amenyekana Nkigihangange

By

on

Nyuma Y’igihe Kitari Gito Umuririmvyi Kook-K Tif Atarangwa Kubutaka Bw’uburundi Eka Ngo Humvikane N’indirimbo Yiwe Nshasha,Agiye Gushira Ahabona Ibikorwa Bitari Bike Avuga ko Bigiye Kumugirira Akamaro Kanini.

Mukiganiro Kook-k Tif Yahaye Ikinyamakuru BujaHit Yamenyesheje ko Murivyo Bikorwa Agiye Gushira Ahabona Harimwo Indirimbo Igiye Kuja Kumugaragaro Mumisi Mike Indirimbo Yise “All Day” Yakoranye N’umuririmvyi Akomeye Cane Wo Mugihugu Ca Jamaica Azwi Kwizina Rya KING MAS Yamenyekanye Kuturirimbo Nka Ocean Of Emotion,Suger and Wata N’utundi twinshi.
Iyondirimbo Ikaba Iriko Ikorerwa Mugihugu Ca JAMAICA Nyene Numuhinyanyuzi Mity Maose.

Kook-k Akavugako Arindirimbo Yitezeko Vyinshi Cane Bizotuma Aboneka Nkumuririmvyi Adasanzwe Canecane Mubihugu vyo Muri Kano Karere Ka Afrika Y’ubuseruko Kuko Arindirimbwo Izoba Ikozwe Kurwego Mpuzamakungu Haba Kuruhande Rwa Audio Be N’amasanamu(Clip_Video). akaba ashimishwa cane Nuko agiye guhuriza amajwi mundirimbo imwe  nuwatahukanye umudari witwa Grammy awardwinning songwriter, vocalist

King mas The Grammy award-winning songwriter, vocalist & guitarist

Mwomenya Ko Iyondirimbo Imaze Kuja Kumugaragaro Izokurikirwa Nibiteramo Bitandukanye Vyo Ngaha Mu burundi No Hanze Y’igihugu Harimwo Igiteramo Azoherako Mugihugu Ca Tanzania Muntumbero Yo Kumenyekanisha Iyo ndirimbo.

Kook-K Bikaba Bigiye Kugaragara ko Agacerere Kiwe Katari Gasanzwe Kuko Hari Vyinshi Yagiye Ararangura Bigiye Kuja Kumugaragaro.

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *