}); Ikosa Ryabaye mundirimbo yakoranye na Sat-b Ntirizosubira muyo yakoranye Na Doctor Claude - bujahits.com

News

Ikosa Ryabaye mundirimbo yakoranye na Sat-b Ntirizosubira muyo yakoranye Na Doctor Claude

By

on

Yitwa Papa Fololo umuririmvyi Wumurundi Asanzwe Aba Mugihugu Ca Canada Akaba Ari Mubaririmvyi Babarundi Ubona Ko Batavyorosha Mumuziki,Baguma Kukivi Ukabona Ko Kuba Mugihugu Bitabaca Intege, Papa Fololo Ubu Akaba Ari Umurirvyi Afise Imigambi Myinshi Agiye Kurangura Izotuma Papa Fololo Aboneka Ukundi Mumuziki Ndundi, Hakaba Harimwo ikorwa Ry’ama sanamu Yindirimbo Yakoranye Na Doctor Claude aho Izokorerwa Amasanamu Batari Mugihugu Kimwe Ivyo Bikaba Bitandukanye Nivyakozwe Kundirimbo Ulikosa Subira yakoranye Na Sat b Kuko Sat b Atigera Aboneka Muriyo Video,Mwomenya Ko Iyo Video Igiye Gukorwa Izomusaba Amafaranga Menshi Kuko Bizosaba Ko Arungika Camera Avuga Ko Atanahamwe Iri Muri Afrika kugira Bafate Amasanamu Ya Doctor Claude Ivyo Navyo Bikazomutwara Uburyo bwinshi.

Mwomenya Ko Papa folo Afise Indirimbo Nyinshi Yagiye Arakorana Nabandi barirvyi Babarundi Aho twovuga nka Chany Queen, Sat b, Doctor claude, Kolly da magic nabandi…..,Harimwo Nizo Yakoze Wenyene Mugiye Kuza murumva Mumisi Iri mbere.

Itegereze Indirimbo Ulikosa Subira by Papa fololo ft Sat-B

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *