}); Falcon Afite igitsina kirekire kwisi yavuze ko uyu mwaka Hiyongereyeko uburebure - bujahits.com

News

Falcon Afite igitsina kirekire kwisi yavuze ko uyu mwaka Hiyongereyeko uburebure

By

on

Umunyamerika Jonah Falcon w’imyaka 41 yemejwe ko afite igitsina kinini kurusha abandi bagabo yavuze ko igitsina ciwe uyu mwaka Ciyongereyeho uburebure bungana na Cm2 aho ubu gifite 33,7 mu gihe cafashe umurego.

Umunyamerika Jonah Adam Falcon w’imyaka 41 wemejwe ko afite igitsina kinini kurusha abandi bagabo, yemeye kuvugana nibimenyeshamakuru no kwitangariza ko ashimishwa no kuba afite ico arusha abandi bagabo bo kwisi, nyuma y’aho atari yishimiye kuba ahora asakwa kubibuga by’indege bamukekaho gutwara intwaro mu ipantaro.

Aganira na televiziyo imwe yo muri Amerika mu kiganiro citwa “The morning”, Falcon yatangaje ko igitsina ciwe Ciyongereyeho uburebure bwa santimetero Zibrii aho ubu gifise 22,5 iyo ari mu bihe bisanzwe na 33,7 igihe igitsina ciwe ca Shutswe

Uretse abagore bifuza kugirana ubucuti na Falcon, abakina ya mafilim Yibiterasonii, bakina bakora imibonano mpuzabitsina kumugaragaro, nabo batanguye kumusaba ko yababera umukinyi kugira ngo abantu bareba amafilim yabo babe benshi kubera uwo mugabo ariko we ngo akaba atarabishira niba azemera canke atazemera

Facebook Comments

About bujahit

Recommended for you

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *