Entertainment

Double jay Ahamagarira Abakunzi Biwe Kwitaba Ibiteramo Agiye Kubonekamwo vya Bantu Bwoy

By

on

Double Jay Numwe Mubaririmvyi Twovuga ko Berewe Mumuziki Kuko Yagiye Aragira Imigisha Itandukanye Mumwanya Muto,Nyuma Yo kwinjira Muri Lebel ya Ikoh Ubu Akaba Ariwe Muririmvyi Amaze kumenyekana Ko Ari Muri Lebel Ya Bantu Bwoy,Aho Iyo lebel Isanzwe Yaratunganije Ibiteramo Bidasanzwe Harimwo Umuririmvyi Jux Wo Muri Tanzania,Double Jay Akaba ariwe muririmvyi Wumurundi Amaze kumenyekana Yuko Azoba Ari Murivyo biteramo nkuko bigaragara kuma Affiche,Kuruno Musi Double jay Akaba Yatumiriye Abakunzi biwe Kwishikira Murivyo Biteramo Aho Kimwe Kizoba Kwigenekerezo Rya 14/02/2018 Kuri Zion Beach Ikindi Kwigenekerezo rya 18/02/2018 Kuri Lacost Beach

Umviriza Indirimbo Mpakanya Ya Double jay

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *