}); AMSANAMU Y'INDIRIMBO INGO BY BDI-THE FUTURE - bujahits.com

Music

AMSANAMU Y’INDIRIMBO INGO BY BDI-THE FUTURE

By

on

Abasore batatu b’abarundi basanzwe baba mu gihugu ca south africa akaba ari naho basanzwe bakorera akazi kabo k’umuziki bashize ahabona amasaanamu y’indirimbo bise INGO  indirimbo iryoshe cane ifise n’amsanamu ateye igomwe

basanzwe bagize umurwi BDI-THE FUTURE

  • C JAY BROWN
  • ENOCK BOWER
  • B.FADIZOLO

Fyonda hano urabe amasanamu yiyo ndirimbo

 

 

@kabizi-Boris _bujahit.com

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *