love&relashionship

Amasanamu ateye isoni ya Martha KAY umukunzi wa YKEE BENDA

By

on

Ahohaheze niho hasohoka amasanamu yerekena ubusa bwumukunzi wa YKEE BENDA ariwe MARTHA KAY,ayo masanamu akaba yashizwe ahabona numusore wumuganda tutazi kandi tutazi icokibi igituma yagikoze.

Twoba tubamenyesha ko gushika zino saha tutaramenya uwo umusore uwariwe n’imvo zoba zatumye agirira ico kibi MARTHA KAY; Muga nkuko tubimeyeshwa n’ivyanditsi bimwe bimwe vyomuri OUGANDA turabona yuko uyo musore yoba yarasavye amahera ashika kuri $600 uwo mukunzi wa YKEE BENBA kugira ntashobore kuzishira ahabona.

Mukaba mwibuka yuko uyo muririmvyi wumuganda YKEE BENDA ari mukuza ino mu BURUNDI¬† gushigikira mugenzi we w’umurundi MASTERLAND mugihe azoba asohora album nshasha yiwe yitwa EGO ALBUM LAUNCH kuri lacosta beach le 23/06/2019.

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *