Music

“AKIWACU MIXTAPE”

By

on

Inyuma yuko Davin NDIZEYE tuzi kw’izina rya Dj Dan yatanguje “Buja fleva Mixtape challenge” challenge yahaye aba Dj bahano mugihugu kugira umwe wese yerekana ivyo ashoboye muburyo bwiwe no muguteza imbere umusiki wo muburundi.
kumusi wakabiri niho yashira ahabona mixtape nshansha yiwe”AKIWACU MIXTAPE “igizwe n’indirimbo ndangakaranga zahano mugihugu cacu ziva mu mirwi itandukanye nka:CLUB HIGA,CLUB IHUNJA, CLUB GIRAMAHORO.

Mukiganiro yahaye bagenzi bacu niho yavuze ko nkumu dj wahano mugihu ko afise intumbero zo kuvanga imirwi itandukanye y’imisiki yahano mugihugu hamwe noguteza imbere umusiki wo muburundi. kubipfuza kuronka iyo mixtape yiwe mwoyisanga kurubuga ngurukanabumenyi bwiwe bwa facebook na mixcloud; https://www.mixcloud.com/davincidan/dan-dj-akiwacu/?fbclid=IwAR1qRhwi7iqiIT2G4gXQh69sDbXTVLg7JlK3DsQuC4uj67mQ0CMipc8u4LM

Urutonde rwizo ndirimbo akaba ari runo;

1. SAMA WA HUNJA – Club Higa
2. HIGA RUYANGE – Club Higa
3. NGABIRA NDABE – Club Higa
4. BASASIRE IZO NDAVA – Club Ihunja 
5. BIHANGIRE – Club Giramahoro
6. SARURA – Club Higa
7. ARIHEHE AKANGABIRA – Club Higa
8. INYANGE ZIRARARA – Club Giramahoro
9. BIBIYANA – Club Giramahoro
10. YAMBAYE INYERERE – Club Giramahoro
11. NGOMA YA RUHINDA – Club Giramahoro
12. UMUGAMBA WINKA – Club Giramahoro
13. NGIRA NIVUGE – Club Giramahoro
14. IYO NGABIRE NDAYISHIMYE – Club Higa

Facebook Comments

About bujahit

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *